Akunda ivyo kurya vy'Abahindi kandi muri video zahererekanijwe n'abavyeyi biwe agaragara afise akanyamuneza bari kumwe. Ariko umwana M, w'imyaka ibiri n'inusu, ubu ari mu kigo c'abana bakeneye ...